Itanguriro 19:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Butaraca neza, ba bamarayika batangura kwihutisha Loti bati: «Nyarutsa utore umugore wawe n’abakobwa bawe babiri muri kumwe maze muhunge kugira ntimupfe kubera ikosa ry’iki gisagara+.»
15 Butaraca neza, ba bamarayika batangura kwihutisha Loti bati: «Nyarutsa utore umugore wawe n’abakobwa bawe babiri muri kumwe maze muhunge kugira ntimupfe kubera ikosa ry’iki gisagara+.»