Itanguriro 19:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Mu nyuma, Loti ava i Zowari ari kumwe n’abakobwa biwe babiri, aja kuba mu misozi+ kuko yatinya kuba i Zowari+. Aba mw’isenga ry’ibuye ari kumwe n’abakobwa biwe babiri.
30 Mu nyuma, Loti ava i Zowari ari kumwe n’abakobwa biwe babiri, aja kuba mu misozi+ kuko yatinya kuba i Zowari+. Aba mw’isenga ry’ibuye ari kumwe n’abakobwa biwe babiri.