Itanguriro 2:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Yehova Imana yari yabumvye mu mukungugu ibikoko vyose vyo mw’ishamba n’ibikoko vyose biguruka mu kirere. Atangura rero kubizanira wa muntu kugira arabe uko avyita, kandi izina yaha kimwekimwe cose ryaca riba iryo nyene+. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:19 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),1/2016, rup. 29
19 Yehova Imana yari yabumvye mu mukungugu ibikoko vyose vyo mw’ishamba n’ibikoko vyose biguruka mu kirere. Atangura rero kubizanira wa muntu kugira arabe uko avyita, kandi izina yaha kimwekimwe cose ryaca riba iryo nyene+.