-
Itanguriro 19:35Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
35 Baguma baha se umuvinyu no muri iryo joro. Maze umukobwa mutoyi arinjira aryamana na we, ariko se ntiyamenya igihe yaryamiye n’igihe yavyukiye.
-