Itanguriro 21:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Hanyuma arabandanya, aja kwicara wenyene kure yiwe*, kuko yibwira ati: «Sinshaka kubona umwana wanje ariko arapfa.» Aca yicara hasi, atangura kurira cane.
16 Hanyuma arabandanya, aja kwicara wenyene kure yiwe*, kuko yibwira ati: «Sinshaka kubona umwana wanje ariko arapfa.» Aca yicara hasi, atangura kurira cane.