-
Itanguriro 21:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Maze Imana yugurura amaso yiwe, abona iriba ry’amazi. Aca aragenda yuzuza wa mukuza wiwe w’urushato, ahereza umuhungu wiwe aranywa.
-