-
Itanguriro 22:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Izahaki abaza se wiwe Aburahamu ati: «Da!» Na we ati: «Sabwe mwananje!» Arabandanya ati: «Ko dufise umuriro n’inkwi, none intama y’ishikanwa riturirwa iri hehe?»
-