-
Itanguriro 22:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Aburahamu aca arunamuka maze abona hirya yiwe impfizi y’intama yafashwe amahembe mu gisaka. Aca aragenda arayifata, ayitangako ishikanwa mu kibanza c’umuhungu wiwe.
-