Itanguriro 22:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Inyuma y’ivyo, Aburahamu agaruka aho ba basuku biwe bari, baca bafata urugendo basubira i Beri-Sheba+. Aburahamu abandanya kuba i Beri-Sheba.
19 Inyuma y’ivyo, Aburahamu agaruka aho ba basuku biwe bari, baca bafata urugendo basubira i Beri-Sheba+. Aburahamu abandanya kuba i Beri-Sheba.