Itanguriro 22:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Umugore wiwe agira kabiri* yitwa Reyuma. Na we yamuvyariye Teba, Gahamu, Tahashi na Mayaka.