Itanguriro 24:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mugabo uwo musuku amwishura ati: «Bizogenda gute none uwo mukobwa niyanka kuzanana nanje muri iki gihugu? Nzoca nsubiza umuhungu wawe mu gihugu waje uvamwo+?»
5 Mugabo uwo musuku amwishura ati: «Bizogenda gute none uwo mukobwa niyanka kuzanana nanje muri iki gihugu? Nzoca nsubiza umuhungu wawe mu gihugu waje uvamwo+?»