7 Yehova Imana yo mw’ijuru, we yankuye mu muryango wanje no mu gihugu c’incuti zanje+, yaravuganye nanje yongera arandahira ati+: “Iki gihugu+ nzogiha uruvyaro rwawe+.” Ubwiwe azorungika umumarayika wiwe imbere yawe+, kandi nta kabuza uzokura umugore w’umuhungu wanje hariya+.