Itanguriro 24:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ashitse kw’iriba ry’amazi inyuma y’igisagara, aca arahagarara kugira ingamiya ziruhuke*. Hari nko ku mugoroba, igihe abakobwa baja kuvoma.
11 Ashitse kw’iriba ry’amazi inyuma y’igisagara, aca arahagarara kugira ingamiya ziruhuke*. Hari nko ku mugoroba, igihe abakobwa baja kuvoma.