Itanguriro 24:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Maze arasenga ati: «Yehova Mana ya databuja Aburahamu, ndakwinginze utume bingendera neza uyu musi, kandi ugirire ubuntu* databuja Aburahamu.
12 Maze arasenga ati: «Yehova Mana ya databuja Aburahamu, ndakwinginze utume bingendera neza uyu musi, kandi ugirire ubuntu* databuja Aburahamu.