Itanguriro 24:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Na we amwishura ati: «Ndi umukobwa wa Betuweli+, Betuweli umuhungu Milika yavyaranye na Nahori+.»