Itanguriro 24:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 avuga ati: «Hashemezwe Yehova Imana ya databuja Aburahamu, kuko yagumye agirira ubuntu* databuja kandi ntiyigeze amuhemukira. Yehova yanyoboye ku nzu ya benewabo na databuja.»
27 avuga ati: «Hashemezwe Yehova Imana ya databuja Aburahamu, kuko yagumye agirira ubuntu* databuja kandi ntiyigeze amuhemukira. Yehova yanyoboye ku nzu ya benewabo na databuja.»