-
Itanguriro 24:30Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
30 Akibona ihereni mushikiwe Rebeka yambaye ku zuru n’ibikomo yambaye ku maboko, akumva n’ivyo uwo mugabo yamubwiye, aca aja kuraba uwo mugabo aho yari agihagaze kw’iriba hamwe n’ingamiya ziwe.
-