Itanguriro 24:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 ndagusavye bize kugenda gutya: ehe mpagaze kw’iriba. Umukobwa+ aza kuvoma amazi maze nkamubwira nti: ‘Ndagusavye umpe utuzi two kunywa kuri uwo mubindi wawe’,
43 ndagusavye bize kugenda gutya: ehe mpagaze kw’iriba. Umukobwa+ aza kuvoma amazi maze nkamubwira nti: ‘Ndagusavye umpe utuzi two kunywa kuri uwo mubindi wawe’,