Itanguriro 24:48 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 48 Ndaheza nunama imbere ya Yehova mu maso hashika hasi, nshemeza Yehova Imana ya databuja Aburahamu+, we yanyoboye mu nzira nziza kugira ntore umukobwa wa mwenewabo na databuja, ngo abe umugore w’umuhungu wiwe.
48 Ndaheza nunama imbere ya Yehova mu maso hashika hasi, nshemeza Yehova Imana ya databuja Aburahamu+, we yanyoboye mu nzira nziza kugira ntore umukobwa wa mwenewabo na databuja, ngo abe umugore w’umuhungu wiwe.