-
Itanguriro 24:54Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
54 Inyuma y’ivyo, we n’abari kumwe na we bararya bongera baranywa, hanyuma barara ng’aho.
Avyutse mu gitondo, avuga ati: «Nimundungike kwa databuja.»
-