Itanguriro 25:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 ariko abahungu yavyaye ku ncoreke ziwe arabagabira gusa. Maze akiri muzima, abarungika amaja mu buseruko kure y’umuhungu wiwe Izahaki+, mu gihugu co mu buseruko.
6 ariko abahungu yavyaye ku ncoreke ziwe arabagabira gusa. Maze akiri muzima, abarungika amaja mu buseruko kure y’umuhungu wiwe Izahaki+, mu gihugu co mu buseruko.