Itanguriro 25:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Abahungu biwe Izahaki na Ishimayeli bamuhamba mw’isenga ry’ibuye riri i Makipela, mw’itongo rya Efuroni umuhungu wa Zohari Umuheti, riri aharabana n’i Mamure+.
9 Abahungu biwe Izahaki na Ishimayeli bamuhamba mw’isenga ry’ibuye riri i Makipela, mw’itongo rya Efuroni umuhungu wa Zohari Umuheti, riri aharabana n’i Mamure+.