Itanguriro 25:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Abo ni bo bahungu ba Ishimayeli kandi ayo ni yo mazina yabo hisunzwe ibigwati vyabo n’ibibanza babamwo mu mahema*. Bari abakuru 12 hisunzwe imiryango yabo+.
16 Abo ni bo bahungu ba Ishimayeli kandi ayo ni yo mazina yabo hisunzwe ibigwati vyabo n’ibibanza babamwo mu mahema*. Bari abakuru 12 hisunzwe imiryango yabo+.