Itanguriro 25:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Izahaki yaguma atakambira Yehova ku vyerekeye umugore wiwe, kuko atavyara*. Nuko Yehova yumva ugutakamba kwiwe maze Rebeka aribungenga.
21 Izahaki yaguma atakambira Yehova ku vyerekeye umugore wiwe, kuko atavyara*. Nuko Yehova yumva ugutakamba kwiwe maze Rebeka aribungenga.