Itanguriro 25:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Abana bari mu nda yiwe batangura kunigana+, aca avuga ati: «Nimba ari uku bimeze, kuki nobandanya kubaho?» Aca asiguza Yehova.
22 Abana bari mu nda yiwe batangura kunigana+, aca avuga ati: «Nimba ari uku bimeze, kuki nobandanya kubaho?» Aca asiguza Yehova.