Itanguriro 26:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Abimeleki aca ahamagara Izahaki, amubwira ati: «Bwa bundi ni umugore wawe! Kuki wavuze ko ari mushikawe?» Izahaki amwishura ati: «Nabivuze kuko natinya ko bohava banyica kubera we+.»
9 Abimeleki aca ahamagara Izahaki, amubwira ati: «Bwa bundi ni umugore wawe! Kuki wavuze ko ari mushikawe?» Izahaki amwishura ati: «Nabivuze kuko natinya ko bohava banyica kubera we+.»