Itanguriro 26:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abimeleki yongerako ati: «Ivyo wadukoreye ni ibiki+? Erega umwe mu bantu banje yari gushobora kuryamana n’umugore wawe ata co yinona, kandi wari kuba utumye twagirwa n’icaha+!»
10 Abimeleki yongerako ati: «Ivyo wadukoreye ni ibiki+? Erega umwe mu bantu banje yari gushobora kuryamana n’umugore wawe ata co yinona, kandi wari kuba utumye twagirwa n’icaha+!»