Itanguriro 26:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yari afise ubusho bw’intama n’ubw’inka hamwe n’abasuku benshi cane+. Abafilisitiya baca batangura kumugirira ishari.
14 Yari afise ubusho bw’intama n’ubw’inka hamwe n’abasuku benshi cane+. Abafilisitiya baca batangura kumugirira ishari.