Itanguriro 26:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Izahaki yongera kwimba ya mariba abasuku ba se wiwe Aburahamu bari barimvye ariko Abafilisitiya bakayazibira se wiwe amaze gupfa+, aca ayita ya mazina nyene se yari yarayise+.
18 Izahaki yongera kwimba ya mariba abasuku ba se wiwe Aburahamu bari barimvye ariko Abafilisitiya bakayazibira se wiwe amaze gupfa+, aca ayita ya mazina nyene se yari yarayise+.