Itanguriro 26:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Abungere b’i Gerari baca batangura gushwana n’abungere ba Izahaki, bavuga bati: «Aya mazi ni rwacu!» Iryo riba aca aryita Eseki*, kuko bari bamushwaniye.
20 Abungere b’i Gerari baca batangura gushwana n’abungere ba Izahaki, bavuga bati: «Aya mazi ni rwacu!» Iryo riba aca aryita Eseki*, kuko bari bamushwaniye.