Itanguriro 26:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Mu nyuma, Abimeleki ava i Gerari aza kwa Izahaki ari kumwe na Ahuzati umujanama wiwe na Fikoli umukuru w’ingabo ziwe+.
26 Mu nyuma, Abimeleki ava i Gerari aza kwa Izahaki ari kumwe na Ahuzati umujanama wiwe na Fikoli umukuru w’ingabo ziwe+.