Itanguriro 27:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Rebeka yariko arumviriza igihe Izahaki yavugana na Esawu umuhungu wiwe. Nuko Esawu aja mw’ishamba guhiga akanyama kugira akazanire se wiwe+.
5 Rebeka yariko arumviriza igihe Izahaki yavugana na Esawu umuhungu wiwe. Nuko Esawu aja mw’ishamba guhiga akanyama kugira akazanire se wiwe+.