Itanguriro 27:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Izahaki aca abwira Yakobo ati: «Igira hano mwananje kugira ndagukoreko, numve vy’ukuri ko uri umuhungu wanje Esawu canke ko utari we+.»
21 Izahaki aca abwira Yakobo ati: «Igira hano mwananje kugira ndagukoreko, numve vy’ukuri ko uri umuhungu wanje Esawu canke ko utari we+.»