Itanguriro 27:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yakobo aca yegera se wiwe Izahaki, na we atangura kumukorako maze avuga ati: «Ijwi ni irya Yakobo, mugabo amaboko ni aya Esawu+.»
22 Yakobo aca yegera se wiwe Izahaki, na we atangura kumukorako maze avuga ati: «Ijwi ni irya Yakobo, mugabo amaboko ni aya Esawu+.»