Itanguriro 27:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Nuko aramwegera aramusoma, maze Izahaki yumva akamoto k’impuzu ziwe+. Aca aramuhezagira, avuga ati: «Ooh, akamoto k’umuhungu wanje kameze nk’akamoto k’umurima Yehova yahezagiye.
27 Nuko aramwegera aramusoma, maze Izahaki yumva akamoto k’impuzu ziwe+. Aca aramuhezagira, avuga ati: «Ooh, akamoto k’umuhungu wanje kameze nk’akamoto k’umurima Yehova yahezagiye.