-
Itanguriro 27:33Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
33 Izahaki aca atangura kujugumira cane, avuga ati: «None ni nde yagiye kumpigira akanyama akakanzanira? Nakariye imbere y’uko uza nongera ndamuhezagira, kandi nta gisivya azohezagirwa!»
-