-
Itanguriro 27:42Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
42 Rebeka yumvise ivyo Esawu umuhungu wiwe mukuru yari yavuze, aca atumako Yakobo umuhungu wiwe mutoyi, amubwira ati: «Umve, mwenewanyu Esawu ariko ategura kukwica kugira akwihore.
-