Itanguriro 27:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Inyuma y’ivyo, Rebeka aguma abwira Izahaki ati: «Numva ubuzima bundambiye kubera abakobwa b’Abahetikazi+. Hamwe Yakobo yozana umugore w’Umuhetikazi, nk’aba bakobwa bo muri iki gihugu, kubaho vyoba bimariye iki+?» Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 27:46 Umunara w’Inderetsi,15/9/2006, rup. 21-22
46 Inyuma y’ivyo, Rebeka aguma abwira Izahaki ati: «Numva ubuzima bundambiye kubera abakobwa b’Abahetikazi+. Hamwe Yakobo yozana umugore w’Umuhetikazi, nk’aba bakobwa bo muri iki gihugu, kubaho vyoba bimariye iki+?»