Itanguriro 3:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Yehova Imana aca aramwirukana mw’itongo rya Edeni+ kugira aje kurima ivu yari yarakuwemwo+.