-
Itanguriro 29:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Nuko abona iriba mu gahinga hamwe n’imigwi itatu y’ubusho bw’intama iryamye iruhande yaryo, kuko abungere bari bamenyereye kuhazana ibitungwa kugira binywe amazi. Iryo riba ryari ripfundikijwe ibuye rinini.
-