Itanguriro 29:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Hanyuma abwira Rasheli ko yari incuti* ya se wiwe be n’uko yari umuhungu wa Rebeka. Rasheli aca yiruka kubibwira se wiwe.
12 Hanyuma abwira Rasheli ko yari incuti* ya se wiwe be n’uko yari umuhungu wa Rebeka. Rasheli aca yiruka kubibwira se wiwe.