Itanguriro 29:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Labani amubwira ati: «Uri incuti yanje y’amaraso* vy’ukuri.» Yakobo aca agumana na we ukwezi kwose. Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 29:14 Umunara w’Inderetsi,15/10/2003, rup. 29
14 Labani amubwira ati: «Uri incuti yanje y’amaraso* vy’ukuri.» Yakobo aca agumana na we ukwezi kwose.