Itanguriro 29:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Labani kandi afata Zilupa umusukukazi wiwe amuha Leya kugira amukorere+.