Itanguriro 29:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Bukeye, Yakobo asanga bamuhaye Leya. Aca abwira Labani ati: «Ibi wankoreye ni ibiki? Sinagukoreye kugira umpe Rasheli? Kubera iki wampenze+?»
25 Bukeye, Yakobo asanga bamuhaye Leya. Aca abwira Labani ati: «Ibi wankoreye ni ibiki? Sinagukoreye kugira umpe Rasheli? Kubera iki wampenze+?»