Itanguriro 29:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Maze Yakobo atwara* na Rasheli, aramukunda cane kuruta Leya, araheza akorera Labani yindi myaka indwi+.
30 Maze Yakobo atwara* na Rasheli, aramukunda cane kuruta Leya, araheza akorera Labani yindi myaka indwi+.