Itanguriro 29:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Nuko asubira kandi gusama inda, avyara umuhungu maze avuga ati: «Ubu ngiye kuninahaza Yehova.» Ni co gituma yamwise Yuda*+. Aca arahagarika kuvyara.
35 Nuko asubira kandi gusama inda, avyara umuhungu maze avuga ati: «Ubu ngiye kuninahaza Yehova.» Ni co gituma yamwise Yuda*+. Aca arahagarika kuvyara.