Itanguriro 30:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Nuko amuha umusukukazi wiwe Biluha ngo amubere umugore, Yakobo araheza aryamana na we+.