Itanguriro 30:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Rasheli aca avuga ati: «Imana yambereye umucamanza yongera iranyumviriza, maze impa umuhungu.» Ni co gituma yamwise Dani*+.
6 Rasheli aca avuga ati: «Imana yambereye umucamanza yongera iranyumviriza, maze impa umuhungu.» Ni co gituma yamwise Dani*+.