-
Itanguriro 30:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Yakobo atashe avuye mu gahinga ku mugoroba, Leya aca aja kumusanganira, amubwira ati: «Uyu musi uza kuryamana nanje, kuko nakuguze amadudayimu y’umuhungu wanje.» Yakobo aca aryamana na we muri iryo joro.
-