Itanguriro 30:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Leya asubira gusama inda, avyarira Yakobo umuhungu agira gatandatu+.